Ingene bakoresha taburo iri hepfo
Andika mu gakwadarato ko kurondereramwo kari hejuru ya taburo kugira urondere ukoresheje ijambo iryo ariryo ryose riri mu mutwe w'amajambo uri mu Congereza canke washizwe mu rundi rurimi. Urashobora kandi guhitamwo ufatiye ku mutwe w'amajambo (Translated Title), Umutwe w'amajambo uri mu Congereza (English Title) canke ururimi (Language) mu gufyonda kuri umwe muri iyo mitwe y'amajambo.