Niba ukeneye imfashanyo yo kumva neza aya makuru canke ukeneye umusiguzi, hamagara kuri 800-464-4343 kugira ngo uronke umusobanuzi kubuntu. Fyonda 1 niba ukeneye umusobanuzi kubuntu ata kiguzi.

Raba ireresi yerekana ukungene bakoresha urwo rubuga ngurukanabumenyi Kirundi

Itaburo y'ivyandiko vyashizwe mu rundi rurimi

Mw' itaburo iri aha musi harimwo ivyandiko birimwo amakuru nkoramutima yerekeye amagara y'abantu Igisata c'Amagara y'Abantu cashize mu rurimi rwawe. Ico gikorwa co kubishira mu zindi ndimi cakozwe n'abasobanuzi b'indimi b'abanyamwuga babinonosoye

Ingene iyi taburo iri aha hepfo ikoreshwa.

Andika mu gakwadarato ko kurondereramwo kari hejuru ya taburo kugira urondere ukoresheje ijambo iryo ari ryo ryose riri mu mutwe w'amajambo uri mu Congereza canke washizwe mu rundi rurimi. Urashobora kandi guhitamwo ufatiye ku mutwe w'amajambo washizwe mu rundi rurimi (Translated Title), canke umutwe w'amajambo uri mu Congereza (English Title) mu gufyonda kuri umwe muri iyo mitwe y'amajambo.

Gukoresha Google Translate

Ku rubuga ngurukanabumenyi HealthVermont.gov hariko amakuru yerekeye amagara y'abantu menshi kandi urashobora gukoresha Google Translate kugira ubone amakuru yose ari kuri urwo rubuga hamwe n'amafishi menshi vyahinduwe bigashirwa mu rundi rurimi mu buryo bwikoresha. Kugira ubikore, hitamwo “Select Language” hejuru mu mfuruka y'i buryo ku rubuga.

Soma n'ibindi vyerekeye Google Translate

Woba ukeneye ubufasha kugira utahure amakuru y'Igisata kijejwe Amagara y'Abantu? 

Urafitiye uburenganzira amaseruvisi y'ubusobanuzi bw'indimi. Imeyiri [email protected] kugira uhabwe amaseruvisi y'ubusobanuzi bw'indimi ku buntu.

Soma vyinshi ku vyerekeye kuronka amakuru ashobora kuronkwa

Translated Title English Title Sort descending Language

Urupapuro rw'amakuru y'umurwayi wa Opioid

Opioid Patient Information - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Impanuro ngedegwako ku imiti Opioid

Opioid Prescription Informed Consent - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Amabwirizwa yo gukoresha ibahasha z'iposita zisubizwa iyo zavuye

Prescription Medication Mail Back Envelope Instructions - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Irinde kuribwa n’imibu - ireresi

Prevent Mosquito Bites - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Gukingira no gusukura ifira mu rugo rwawe - ireresi

Preventing and Cleaning up Mold in your Home - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ibikoresho vyo kwirinda ku ruhinja rwawe rukivuka

Products to avoid for your newborn - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Rinda Umwana Wawe Umugera Ukomeye ufatira mu bihimba vyo Guhema (RSV)

Protect Your Baby Against Severe RSV - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Mwikingire kuribwa n'imibu

Protect Yourself From Mosquito Bites - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Ikingire igihe uriko urakura ibisgarira vy’imyanda Hanze inyuma y’Umwuzurire

Protect Yourself When Cleaning Up Debris Outside After a Flood - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Guheba itabi hamwe n'ibikomoka kw'itabi • ikarata y'iposita

Quit Smoking and Tobacco Resources • Postcard - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Amazi yo kwidagadura inyuma y’umwuzure

Recreational Water Safety After a Flood - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Gutesha agaciro canke guhagarika uruhusha rw'umukorerabushake canke kwakwa uburenganzira bwo kuba umuvyeyi

Removal of Voluntary Acknowledgment or Denial of Parentage - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Gusubira i muhira inyuma y’umwuzure

Returning to Your Home After a Flood - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Umut ekan o wo Kurya ma

Safe Sleep for Babies - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Igikorwa co Gukiza ubuzima - Flowchart

Save a Life Flowchart - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Guma umeze neza iyo hanze hashushe

Stay Safe When It's Hot Outside - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Staying Safe During a Flood and Very Heavy Rainfall - Ireresi

Staying Safe During a Flood and Very Heavy Rainfall - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Hagarika Ukuvirirana - ireresi

Stop the Bleed - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Hagarika Ukuvirirana - poster

Stop The Bleed Poster - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Umugambi "Strong Families Vermont Home Visiting Program" wa Reta ya Vermont wo Kugendera Ingo n'imiryango

Strong Families Vermont Home Visiting Program - Kirundi Kirundi (Ikirundi)

Vyinshi ku bijanye na Google Translate

Google Translate ikoresha amaporogaramu nyabwonko kugira ihindure ibintu ibikura mu rurimi rumwe ibishira mu rundi. Ntishobora guhindura amakuru yose iyakura mu rurimi kanaka iyashira mu rundi. Ivyo yahinduye birashobora kutaba vyo canke bifise agasembwa.

Nta buhinga bwikoresha bwo guhindura ibintu bubikura mu rurimi rumwe bubishira mu rundi (hakoreshejwe amaporogaramu nyabwonko) butagira agasembwa kandi ntibufise intumbero yo gusubirira abantu basanzwe bakora uwo mwuga. Gushikira ivyahinduwe bigashirwa mu rundi rurimi hakoreshejwe Google ni seruvisi ihabwa abakoresha urwo rubuga ngurukanabumenyi kandi bayihabwa "ukwo iri." Nta garanti n'imwe ihari, haba mu buryo bweruye canke bwihishije, ku bijanye n'ukutagira agasembwa, kwizerwa, kutagiramwo ikosa mu vyahinduwe vyose bivanwa mu Congereza bishirwa mu rundi rurimi urwo ari rwo rwose. Amakuru amwe amwe arashobora kudahindurwa neza atwarwa mu rundi rurimi bitewe n'ubushobozi buke bw'ubwo buhinga.

Last Updated: